Amakuru
20 janvier 2024

Abasirikare b’Abarundi muri Congo bafatwa nk’abacangero (F. Bamvuginyumvira)

Evariste Ndayishimiye ariko afyinira ahafyikiye. Ako ni akagohe ka Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani CFOR-Arusha. Abivuze kubera ingendo y’umukuru w’Igihugu mu gufata nabi abasirikare barungikwa kurwanya umuhari M23 muri Congo. Frédéric Bamvuginyumvira yerekana ko abo basirikare bafatwa nk’abacangero, kandi n’ugupfa kwabo ata wukubazwa.