Amakuru
5 juillet 2023

Abashingamateka 10 bamuka muri CNL bakuye umukuru w’umugambwe yaheruka kubahagarika

Umurwi w’abanywanyi b’umugambwe CNL baheruka kwirukanwa mu mugambwe bamenyesheje kuri uyu wa kabiri ko bafashe ingingo yo guhagarika Agathon Rwasa mu mabanga yo kurongora uwo mugambwe nyene. Ivyo bishitse mu gihe umukuru w’umugambwe uri ku butegetsi yari aherutse kumenyesha ko Rwasa ategerezwa kwinjira mu mugambwe CNDD-FDD.