Abarundi barakwiye kuvavanura n’amacakubiri bagasenyera ku mugozi umwe ngo bateze imbere igihugu cabo. Bishikirizwa na Déogratias Nsanganiyumwami, arongoye Inama nkuru y’ubumwe no gusubiza hamwe kw’Abarundi. Akaba yabishikirije ku munsi wa gatandatu w’indwi iheze mu gihe hari hatanguzwa indwi yahariwe ubumwe bw’Abarundi .
Amakuru
6 février 2024
