Demokarasi nk’uko Ndadaye yayipfuza iracarimwo agahaze mu Burundi. Bivugwa n’umugambwe Sahwanya-FRODEBU. Hari mu kiganiro uwo mugambwe wahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa 01 Ruheshi, aho wari uramutse wibuka imyaka 31 iheze uwo mugambwe utsinze amatora. Icegera c’uwurongoye FRODEBU, Phénias Nigaba, agahamagarira Abarundi guhaguruka bagahagararira demokarasi kugira ntigende akagirire.
Journal
4 juin 2024