Amakuru
22 février 2021

Abarongoye  iradiyo Bonesha FM barashimishwa n’ingingo yafashwe yo kubarekurira gusubira gukora

Abarongoye  iradiyo Bonesha FM barashimishwa n’ingingo yafashwe yo kubarekurira gusubira gukora. Bishikirizwa na Léon Masengo, arongoye iyo radiyo, akaba yizera ko umukuru w’igihugu azobafasha gukemura ikibazo c’uburyo, akizeza kandi abanywanyi ba radiyo Bonesh nFMa ko mu minsi itari mike, bazotangura kubakurikirana.