Amakuru
30 décembre 2020

Abanyagihugu bo muri Centrafrique barashima ingene abasirikare baje bava mu gihugu c’Urwanda babacungerera umutekano

Abanyagihugu bo muri Centrafrique barashima ingene abasirikare baje bava mu gihugu c’Urwanda babacungerera umutekano. Bakaba babigaragaje cane cane ku musi w’Imana, aho bari baramutse batora umukuru w’igihugu. Abo banyagihugu bavuga ko abo basirikare babafitiye akamaro kadasanzwe.