Abantu bitwaje ibirwanisho barateye urugo rw’uwitwa Donatien Mpfayokurera bagenda bamugandaguranye n’umukenyezi wiwe n’abana babo 4. Iryo bara ryaguye ku mutumba Gisenyi, komine Buhiga, intara ya Karuzi nk’igihe c’isaha 5 z’ijoro ryo ku munsi w’Imana igenekerezo rya 03 Nzero. Abakekwa gukora iryo bara bakaba baza bahagaritswe.
Amakuru
6 janvier 2021
