Abantu bagera kuri babiri nibo bamenyekanye ko bitavye Imana, inzu nazo zirenga 250 ziraguruka, biturutse ku mvura ivanze n’umuyaga yaguye kuri uyu w’Imana, mu bice bitandukanye vy’igihugu c’Uburundi. Abanyagihugu bahuye n’ivyago bavuga ko ibintu biriko birahitanwa n’imvura vyabaye umurengera, bagasaba leta kugira ico ikoze kugira ize irakingira abanyagihugu.
Amakuru
23 mars 2021
