Abantu 454 nibo bagandaguwe muri bo hakaba harimwo abapfasoni 67 n’abana 48, abantu 52 bakaba baranyurujwe, 181 bakaba barahagaritswe hadakwirikijwe amategeko. Ivyo bitigiri tukabisanga mu cegeranyo ca Ligue ITEKA c’umwaka waraye urangiye. Bivugwa na Anschaire Nikoyagize, arongoye Ligue ITEKA. Uwo arongoye iryo shirahamwe akavuga ko n’abakora ayo mabi batigera bahanwa.
Amakuru
4 janvier 2021