Abantu 40 nibo bamenyekanye ko bagandaguwe, 29 nabo barahagarikwa hadakurikijwe amategeko mu kwezi kumwe gusa kwa mbere. Ivyo bitigiri tubisanga mu cegeranyo gisohoka buri kwezi c’umuhari Iteka. Kubw’uwurongoye iryo shirahawme, Anschaire Nikoyagize, abakekwa gukora ayo mabi ajanye n’ihonyangwa ry’agateka ka zina muntu, ngo ni bamwe mu bari mu nzego z’umutekano hamwe n’urwaruka rw’Imbonerakure z’umugambwe CNDD-FDD.
Amakuru
4 février 2021