Abantu 3 baraye bishwe, abandi 3 barakomereka baguye mu mutego w’abantu bitwaje ibirwanisho bategereye imodoka yo mu bwoko bwa TI barimwo. Ivyo vyabereye ku mutumba Nyakimonyi wo muri zone Vyuya, muri commune Mugamba, intara ya Bururi mu bumanuko bw’igihugu. Hari kuri uyu wa mungu nk’igihe c’isaha imwe n’iminota 45 z’ijoro. Abo bicanyi bagiye baturiye iyo modoka abo bantu barimwo.
Amakuru
4 janvier 2021
