Abantu 10 nibo bamenyekanye ko bishwe mu ndwi iheze, muri bo, hatowemwo ibiziga 3, abantu 5 nabo bafashwe ku nguvu, umuntu umwe arahagarikwa hadakurikijwe amategeko. Ivyo bitigiri biri mu cegeranyo c’ishirahamwe Ligue Iteka gisohoka buri ndwi, nk’uko bishikirizwa na Célestin Ruribikiye, ajejwe kumenyesha amakuru muri iryo shirahamwe.
Amakuru
2 mars 2022