Abakozweko n’amagume kuva igihugu c’Uburundi cikukira bari bakwiye gufashwa na leta y’Uburundi. Bivugwa na Adèle Ahishakiye, arongoye ishirahamwe ry’impfuvyi n’abapfakazi barwanira agateka kabo (AVOD). Akaba abivuze mu gihe uyu munsi itariki 21 Gitugutu, Abarundi bibuka imyaka 29 iheze incungu ya demokarasi Melchior Ndadaye agandaguwe.
Amakuru
21 octobre 2022
