Amazu adandarizwamwo imiti ahamagarirwa kuba akwije ivyangombwa vyose ata na kimwe gisigaye inyuma. Bitagenze uko, ayo mazu ntazokwemererwa kwugururwa. Ivyo bitegekwa n’ubushikiranganji bw’Amagara y’abantu. Biri mu rwandiko rwashizwe ahabona n’umuvugizi w’ubwo bushikiranganji, Muganga Chloé Ndayikunda.
Amakuru
17 septembre 2022