Uruhigi n’ubwicanyi bigirirwa abanyamwema mu Burundi ngo bifitaniye isano n’ubwenge buke bujana n’ukwemera ibintazi n’ubukene muri rusangi buba buri mu banyagihugu no mu gihugu. Iyo ni insiguro itangwa na Paul Nkunzimana, umuhinga mu bijanye n’imibano. Kugira rero ayo mabi ahagarare, uwo mwigisha wo muri kaminuza asaba leta gushiraho inyigisho mu banyagihugu ku bijanye n’abanyamwema hamwe no guhana muri rusangi amabi mu gihugu, na cane cane ayajanye n’abakurikira ibintazi.
Amakuru
4 février 2022
