Abantu 13 ni bo bagandaguwe mu ndwi irangiye, 2 baranyuruzwa, umuntu 1 afatwa ku nguvu, hamwe n’abandi 10 bahagaritswe hadakwirikijwe amategeko. Ivyo biri mu cegeranyo ca nyuma ca ligue Iteka gisohoka ku ndwi nk’uko bishikirizwa na Célestin Ruribikiye, ajejwe kumenyesha amakuru muri iryo shirahamwe. Ligue Iteka ikaba ihagaritswe umutima n’ukudahana kubandanya kwibonekeza mu Burundi.
Amakuru
29 janvier 2022