Umukuru w’Igihugu arashimishwa cane n’intambwe Uburundi bugezeko mu migenderanire n’ibindi bihugu. Arongera kandi akavuga ko ashimishwa cane n’ishirahamwe rya Buraya riza mu kibanza ca kabiri mu gushigikira Uburundi mu migambi y’iterambere, kandi ko agiye gukomeza imigenderanire hagati y’Uburundi n’ibindi bihugu bibanyi. Evariste Ndayishimiye, umukuru w’Igihugu, yabishikirije mw’ijambo yashikirije Abarundi kuri uyu wa gatanu itariki 31 Kigarama 2021.
Amakuru
4 janvier 2022
