Kwemera kwa Evariste Ndayishimiye ko abantu banyuruzwa mu Burundi ni ukugira bahume amaso amakungu abakureko ibihano bafatiwe. Ku bwa Jérémie Minani, arongoye umugambwe utavuga rumwe na leta RDB, umukuru w’igihugu nta shaka afise ryo guhagarika ayo mabi mu gihe nyabuna abayagirizwa mu nyuma bagenwa mu yandi mabanga akomeye.
Amakuru
31 décembre 2021