Umwungere mukuru wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yari arongoye iyo nkuka ya misa, yibukije abakirisu bari aho ko uwuza gukengurukira Imana aba ari uwubahiriza amabwirizwa y’Imana, na cane cane ubuzima bwa kiremwa muntu. Kubwa Musenyeri Gervais Banshimiyubusa, umutima ukenguruka, ni umutima uba utyoroye. Atari uko naho, uwo mutima wobanza gusaba imbabazi Imana.
Amakuru
29 décembre 2021