Culture
1 janvier 2021

Yaga Mukenyezi : Inkwano yoba yarataye insiguro ?

Inkwano yoba yarataye insiguro ? Inkwano mu bihe vya kera n’ubu bitandukaniye he? Kuri bamwe, inkwano yababereye intambamyi mu gihe bifuje kwubaka ingo zabo. Urunani rwa Radio Inzamba na Television Renaissance rutuyagira kuri vyo, mu kiganiro Yaga Mukenyezi.