Kurwanya Corona ngo ni ukwikingira ugakingira n’abandi. Bishikirizwa na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’igihugu c’Uburundi. Hari mu nama yagiranye n’umurwi w’igihugu ujejwe iterambere no gukingira abanyagihugu. Yasavye abajejwe intwaro gushira inguvu mu guhimiriza abanyagihugu ko bokwubahiriza amategeko yo kwirinda ikiza ca Corona.
Amakuru
24 décembre 2021