Amahoro Abarundi barondera ngo barayaronse. Ivyo ni ivyashikirijwe n’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye. Hakaba hari mu mpera z’indwi iheze aho hasozerwa Urumuri rw’amahoro. Umukuru w’Igihugu yamenyesheje kandi ko ivyiyumviro bishingiye ku ndyane z’amoko vyakuweho mu Burundi, abanyagihugu nabo bahinduka Abarundi b’umutima.
Amakuru
29 novembre 2021
