Petero Buyoya ngo yari gushobora guhambwa mu Burundi. Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko yari yahaye uburenganzira umuryango wiwe bwo gutahukana ikiziga c’uwo yahoze arongoye igihugu, ariko akongera akavuga ko Leta bitayiraba. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu, Général Evariste Ndayishimiye yongeye amenyesha ko ata cubahiro c’uwahoze arongoye igihugu yarafise kubera yari yaciriwe urubanza.
Amakuru
30 décembre 2020