Hakwiye gushirwaho umurwi ujejwe gukurikirana ishirwa mu ngiro ry’ibizoja birava mu nama y’iterambere ry’igihugu. Vyashikirijwe na Faustin Ndikumana, arongoye ishirahamwe rikangurira Abarundi guhindura ingendo PARCEM. Yabivuze mu gihe kuri uyu wa kane habaye inama yerekeye iterambere ry’igihugu ihuza umukuru w’Igihugu, abategetsi batandukanye hamwe n’incabwenge zimwe z’Abarundi baba mu Burundi no mu makungu.
Amakuru
19 novembre 2021