Imvo nyamukuru ngo zituma abana b’abanyeshure batwara inda batipfuza, Eulalie Nibizi, umuvyeyi akongera akaba n’umuhinga mu mwuga wo kwigisha, asigura ko abo bana bahohoterwa bakiri bato bigatuma bakurana ubuhumbu. Ikindi naco ngo ni uko bataronswa inyigisho zijanye n’ukurondoka hakiri kare ku mashure, vyoheza bigatuma birinda gutwara inda z’ishushu. Mu kurwanya ako kabi, Eulalie Nibizi amenyesha ko ari uguhana abantu batwaza inda abana b’abanyeshure kugira bashobore kubakingira.
Amakuru
22 septembre 2021