Amakuru
21 décembre 2020

Chauvineau Kir sur Pierre Buyoya

Urupfu rwa Petero Buyoya ngo ni uruhombo runini ku barundi kuko ngo yari umuntu ataco atakoze ng aharanire amahoro mu Burundi. Bivugwa n’umugambwe UPD-Zigamibanga. Chauvineau Mugwengezo akavuga ko biteye isoni kubona abarongoye igihugu batigeze bashiraho ikigandaro ku rwego rw’igihugu.