Amakuru
21 décembre 2020

Bamvuginyumvira Kir sur Pierre Buyoya

Petero Buyoya yahoze arongoye igihugu c’Uburundi ngo yari intwari yaharaniye amahoro kuri bose mu gihugu. Frédéric Bamvuginyumvira aratubwira ivyaranga umuhisi, nk’umwe mu bari bamwegereye ari icegera c’umukuru w’igihugu. Akongera agahoza umuryango wiwe hamwe n’umuryango w’ubumwe bwa Africa ngo kuko warabuze uwo wari wizeye ugatora ngo awuserukire mu gihugu ca Mali no mu karere ka Sahel.