Rusansuma imaze imisi iriko irakorwa na leta y’Uburundi, iteye amakenga abatari bake na cane cane kubera umuntu abazwa ubwoko bwiwe. ► Ico bamwe n’abandi bashikiriza kuri iyo rusansuma. Twitter Facebook LinkedIn Pinterest E-mail WhatsApp