Abantu 3 nibo bamenyekanye ko bishwe, muri bo 2 bakaba batowe ibiziga, 3 nibo bafashwe ku nguvu, abandi 9 bakaba barahagaritswe hadakwirikijwe amategeko. Ivyo bitigiri tubisanga mu cegeranyo c’ishirahamwe Ligue Iteka gisohoka buri ndwi. Bivugwa na Emmanuel Nibizi, icegera c’uwurongoye iryo shirahamwe. Ligue Iteka igasaba Leta gufata no guhana abakora ayo mabi.
Amakuru
15 juillet 2021