Ku ruhande rwiwe, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yaramenyesheje ko ashimishijwe cane n’ukubona Urwanda ruza muri ivyo birori. Akaba yaciye amenyesha ko ivyo bihugu bibiri bigiye kunagura imigenderanire.
Amakuru
3 juillet 2021
Haribonekeza ugushaka hagati y’Urwanda n’Uburundi kugira imigenderanire myiza
