Ihagarikwa ry’agasakisaki ririko riragirirwa abanywanyi b’imigambwe itavuga rumwe na leta ngo ni integuro y’umugambwe uri ku butegetsi kugira ucinyize imigambwe batavuga rumwe, na cane cane abo mu mugambwe CNL. Bishikirizwa na Frédéric Bamvuginyumvira, yahoze ari umukuru w’igihugu, akaba anarongoye urunani CFOR-Arusha. Akagiriza leta ko yoba ariyo itegura ivyo bitero.
Amakuru
30 juin 2021