Ku bijanye n’imvugo ya Evariste Ndayishimiye isa n’iyahindutse aho asigaye agabisha abakora ubwicanyi ko atazobihanganira, umugambwe MSD usaba abarundi ko batosamazwa n’ibivugwa n’umukuru w’igihugu c’Uburundi kuko imvugo yiwe itigera ijana n’ingiro. Bikaba bivugwa Epitace Nshimirimana, umuvugizi w’umuhari MSD.
Amakuru
29 juin 2021
