Kurabira hamwe n’abategetsi b’Uburundi ico ibanki y’isi yose yoterera mu kurwanya ubukene mu Burundi niyo ntumbero y’urugendo rw’icegera c’uwurongoye ibanki y’isi yose mu Burundi. Hafez Ghanem amenyesha ko ibanki y’isi yose yiteguriye gufashanya n’Uburundi mu migambi y’iterambere.
Amakuru
25 juin 2021