Amakuru
19 juin 2021

Guhonyanga agateka ka zina muntu ni kimwe mu vyaranze ubutegetsi bwa Ndayishimiye muri uno mwaka amaze ari ku butegetsi

Guhonyanga agateka ka zina muntu ni kimwe mu vyaranze ubutegetsi bwa Ndayishimiye muri uno mwaka amaze ari ku butegetsi, nk’uko vyamenyeshejwe na we nyene mu masengesho yabereye mu ntara ya Gitega aho yari aramutse ahimbaza umwaka amaze ku butegetsi. Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yanongeyeko ko muri uno mwaka hariho indongozi zitakoze ivyo zari zijejwe.