Amakuru
18 juin 2021

Amakuru yo ku wa 17 Ruheshi 2021

► Abagera 246 barahungutse kuri uyu wa gatatu bakirwa n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu;
► Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye avuga indimi zinyuranye ku bijanye n’ukwerekana amatungo y’abategetsi (Bamvuginyumvira).