Amakuru
12 juin 2021

Amadeni igihugu c’Uburundi gifise ni kimwe mu vyerekana ko igihugu kigeze aho umwansi ashaka

Amadeni igihugu c’Uburundi gifise ngo ni kimwe mu vyerekana ko igihugu kigeze aho umwansi ashaka. Ibi ni ibishikirizwa na Ferederiko Bamvuginyumvira, yahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu. Akamenyesha ko n’ayo madeni afatwa na leta adakoreshwa mu guteza imbere abanyagihugu.