Ukwandika no gusoma ibitabo biravura imitima yakomeretse. Bivugwa n’umwanditsi w’ibitabo Chantal Umuraza, yitabiriye ihuriro mpuzamakungu ry’abanditsi b’ibitabo mu rurimi rw’igifaransa ririko ribera mu kigo ndangakaranga c’Abafaransa mu gisagara ca Kigali mu gihugu c’Urwanda. Chantal Umuraza amenyesha ko ihuriro nk’iryo ari akaryo keza ko gusangira n’abandi banditsi ivyo bakora gutyo bakungurana ubumenyi.
Amakuru
9 mars 2024
