12 Kigarama 2015 – 12 Kigarama 2023, imyaka umunani irarumanye mu gisagara ca Bujumbura hakorewe ubwicanyi budasanzwe aho abasirikare n’abapolisi bishe abanyagihugu barenga ijana. Ivyo vyabaye mu kwihora inyuma y’ibitero vyari vyaraye bikorewe mu makambi y’igisirikare. Abaguye muri ubwo bwicanyi leta ikaba yabise abansi b’igihugu.
Amakuru
13 décembre 2023