Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye aridoga ko adafise abo asubiriza abakozi bakora nabi kuko ngo abo asubirije baza bakora amakosa asumbirije abahahora. Ivyo yavyidoze ku munsi wa kabiri itariki 5 Kigarama, aho hariko hahimbazwa umunsi wahariwe umutangakori.
Amakuru
7 décembre 2023