Mw’ikambi y’impunzi i Mahama mu gihugu c’Urwanda, ubuserukizi bw’impunzi busaba ko abarwaye indwara y’igisukari boza bararonswa imfungurwa zifise ivyankenerwa zifasha abarwayi kugumana amagara meza. Jean Bosco Kwibishatse, aserukira impunzi zo mw’ikambi y’i Mahama, arashima ariko ko abarwayi bitabwaho mu kuronswa imiti nk’uko bisanzwe kandi ku gihe.
Amakuru
15 novembre 2023
