Urumuri rw’amahoro ni ikimenyetso c’iterambere. Ivyo bivugwa na Evariste Ndayishimiye. Umukuru w’Igihugu akaba yabishikirije ku munsi wa gatandatu igihe yatanguza urugendo rugira 17 rw’urwo rumuri i Muyinga. Agasaba abanyagihugu kwijukira ibikorwa, kugira aho urwo rumuri ruzoca ruzobabere umuhezagiro.
Amakuru
7 novembre 2023