Uyu munsi mu Burundi, inzego zitari nke ziganjemwo abantu bo mu bwoko bumwe, kandi bakomoka mu mugambwe umwe. Ivyo biri mu matohoza yakozwe n’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu Ligue Iteka. Anschaire Nikoyagize, arongoye iryo shirahamwe, amenyesha ko ivyo binyuranye n’amasezerano ya Arusha yari yagerageje kunywanisha abarundi, amasezerano avuga ko yamaze guhambwa burundu n’ubutegetsi.
Amakuru
13 février 2021