Ibice 6% vy’abanyeshure bo mu ntara ya Mwaro ni bo bahevye ishure mu mwaka uheze. Uwurongoye indero mu ntara ya Mwaro, Omer Barandagiye, yabibwiye bagenzi bacu bo kuri Télévision y’igihugu kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 16 Gitugutu. Amenyesha ko muri abo bahevye benshi ari abigeme.
Amakuru
17 octobre 2023
