Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye arashima intambwe y’igikorwa co kurondera ukuri no kunywanisha Abarundi. Ivyo yabishikirije ku munsi wa kane mu nama rukokoma igira iya 70 ya ONU iriko ibera i New York. Agahamagarira ibihugu bifashanya n’Uburundi kubufasha muri ico gokorwa. Ariko akaba ico gihe nyene yarateye ivyatsi ibihugu bimwe bimwe vyari bisanzwe bifasha Uburundi, ariko vyahinduye ingendo mu guha imfashanyo yavyo ku badaharanira inyungu za politike.
Amakuru
23 septembre 2023
