Evariste Ndayishimiye yahaye ikiringo c’iminsi itatu abantu bose bafise ibibanza bidandarizwamwo batari abadandaza. Umukuru w’Igihugu avuga ko ari uburyo bwo gucinyiza abadandaza. Abo na bo bagaca baduza ibiciro vy’ibidandazwa. Evariste Ndayishimiye akaba cane cane abivuga ku ndongozi zafashe mwene ivyo bibanza.
Amakuru
5 août 2023