Amakuru
2 août 2023

Evariste Ndayishimiye yasavye ko Uburusiya bufasha mu gukingira inzego zitandukanye

Evariste Ndayishimiye ngo ntarota yidohora ku Burusiya. Ngo Uburundi buzokwama bushigikira ico gihugu. Yasubiye kuvyemeza mu ndwi iheze mu nama yahuje abakuru b’Ibihugu vy’Uburusiya na Afrika i Saint Petersburg. Evariste Ndayishimiye akaba ashimira Uburusiya kuba bwagumye bushigikira Uburundi igihe Uburaya bwari bwabufatiye ibihano.