Abarundi bahunze barakwiye kwijukira ubworozi bw’ibitungwa bito bito nk’inkwavu bidasaba umutahe munini. Ako kamo bagaterwa na Nadège Ngirimana, umworozi w’inkwavu yatanguriye uwo mwuga mu buhungiro. Ahimiriza bagenzi we abamenyesha ko umutahe utoba intambamyi kuko umuntu ashobora kwunguka kandi atakoresheje umutahe munini.
Amakuru
22 juin 2023