Birababaje kubona umushikiranganjni w’Intwaro yo hagati mu gihugu yivuguruza, mu gihe amakoraniro yose ya CNL yabaye ari we atanze uruhusha ariko uyu munsi akaba avuga ko afuse ivyapfunditswe kubera zitari zikwirikije amategeko. Binegurwa na Agathon Rwasa, arongoye umugambwe CNL, inyuma y’aho uwo mushikiranganji amurungikiye urwandiko amumenyesha ko ingingo zose zafashwe muri ayo manama zifuswe. Rwasa akaba yabivugiye kuri Télévision Isanganiro.
Amakuru
7 juin 2023
