Amakuru
2 février 2021

Umukuru w’igihugu yari akwiye gufata ingingo ziboneka mu ntumbero yoguhangana n’ico kiza ca Corona

Umukuru w’igihugu yari akwiye gufata ingingo ziboneka mu ntumbero yoguhangana n’ico kiza ca Corona akareka kugifata minenerwe. Bivugwa n’uwahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu Frédéric Bamvuginyumvira.  Akagiriza umukuru w’igihugu kuza arivuguruza mu ngingo afata kugira habe guhangana n’ico kiza.