Amakuru
2 février 2021

Ubumenyi buke bw’abanyeshure mu Burundi buturuka ku bumenyi buke bw’abarimu

Ubumenyi buke bw’abanyeshure mu Burundi buturuka ku bumenyi buke bw’abarimu. Umukuru w’igihugu yabivuze ku wa kane w’indwi iheze mu nama yagiranye n’abarongoye ibimenyeshamakuru. Kubwa Evariste Ndayishimiye, ngo nta kuronderera amata mu matako y’igihori.